burundisport web tv's user profile page. Match highlights, posts and more on site!

“”

 Report User

Highlights

Burundi Foot 28-10-2017 igice ca kabiri
Burundi Foot 28-10-2017 igice ca kabiri

Muri kino gice ca kabiri c'ikiganiro Burundi Foot twabateguriye, abatumire bacu aribo Alain Olivier Niyungeko umumnyereza w'Intamba, Alain Muhirwe umumenyeshamakuru, Belinda Ndorera kizigenza w'Intamba z'abigeme bakuze na Déo Hatungimana arongoye Académie Umutima, baratwiganira amahirwe baha imigwi muri Primus League 2017-2018 bongere bagire ico bashikirije ku migwi izoserukira igihugu mu nkino za CAF



Burundi Foot 28-10-2017 igice cambere
Burundi Foot 28-10-2017 igice cambere

Muri kino gice cambere c'ikiganiro Burundi Foot, abatumire bacu aribo Alain Olivier Niyungeko, Alain Muhirwe, belinda Ndorere na Déo Hatungimana bagaruka ku vyaranze imisi 8 yambere muri Primus League





User Detail Page

You can find user latest posts and related content on the page. Friends, comments for events / matches are also available on the page. Even you can find users who are same pleasure with current user.

#Travel, #SupportYourTeam, #AllAboutSports