Content removal request!


Burundi Foot 28-10-2017 igice ca kabiri

Muri kino gice ca kabiri c'ikiganiro Burundi Foot twabateguriye, abatumire bacu aribo Alain Olivier Niyungeko umumnyereza w'Intamba, Alain Muhirwe umumenyeshamakuru, Belinda Ndorera kizigenza w'Intamba z'abigeme bakuze na Déo Hatungimana arongoye Académie Umutima, baratwiganira amahirwe baha imigwi muri Primus League 2017-2018 bongere bagire ico bashikirije ku migwi izoserukira igihugu mu nkino za CAF