uri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 28 Munyonyo 2020 , Isaha icenda 15h00 ku kibuga c’intwari niho Umugwi Musongati Fc wari wakiriye Umugwi Green Eagles yo muri Zambia mu rukino rwa CAF Confederation Cup .
Kuruyu w;Imana igenekerezo 18/11/2020 isaha 15h00min ku kibuga c'iingomai kiri mu ntara ya Gitega niho umurwi wa Musongati Fc wari wakiriye Umurwi wa Vital'O Fc , m'urukino rw'indwi ya 10 ya #PLB2020. iyo mirwi ikaba yanganije igitsindo 1-1